VOANews.com

Kirundi▪ Kinyarwanda Amakuru y'Imvaho

08 Ukwezi kwa Mbere 2009 

Inkuru Igezweko:

Amakuru mu Ndimi Mirongo Ine na Zitanu
Reta y’Uburundi iherutse kuduza ibiciro vy'ibinyobwa, ibitoro n'isukari. Insiguro zitangwa ngo n'uko reta iherutse kuduza amafaranga izokoresha mu mwaka w'i 2009, igategerezwa rero kuyarondera mu bidandazwa bimwe bimwe bicuruzwa mu gihugu hagati.