Uburyo bwo gukwiragiza amakuru - Really Simple Syndication (RSS) Feeds
Uburyo bw’iradio Ijwi rya Amerika bwo buguha uburyo bwo guhitamwo amakuru ushaka kwumviriza. Mu bisanzwe ubwo buryo (RSS) bwimura amakuru aho ari (URL) bukayashira mu kibanza yandikirwamwo citwa XML hafi y’ibiganiro n’insiguro z’ukuntu ushobora gusoma ayo makuru.
Igihe cose mushize amakuru y’Ijwi rya Amerika mu kibanza mutangarizako amakuru yanyu, tubasavye ko mwomenyesha aho muyakuye, haba kw’iradio Ijwi rya Amerika, canke mu kibanza radio Ijwi rya Amerika itangarizako amakuru arico VOANews.com.